Ibikoko hafi vyose, harimwo n’ibitwegereye, bifise urushato ruriko ubwoya. None ni kubera iki twebwe bitameze uko? Hagize ikiremwa gishasha kiza kw’isi hanyuma kikadushira hamwe n’ibindi bikoko, kimwe ...
Insiguro y'isanamu, Umushatsi urakinga ugukomereka mu gihe umuntu yaborewe, ukazana ubushuhe mu gihe hakanye cane. Yatangajwe 16 Ukwa gatatu 2021 Ubwoya bumera mu bice bitandukanye vy'umubiri w'umuntu ...