Umugabo ukora ubuhuza mu biganiro bigamije kurekurwa kw'abashimuswe yabwiye BBC ko kuriha amafaranga y'ingurane, ni byo koko bishobora kuba binyuranyije n'amategeko, nyamara ni bwo buryo bwonyine ...
Nigeria yirukanye abanyamahanga amajana n'amajana, harimwo n'abanyagihugu 50 b'Abashinwa, mu gikorwa gikomeye co guhagarika mu ndwi iheze imwe mu "migwi minini y'ubugizi bwa nabi burongowe ...